NOUVELLES :
Reportage du 25 novembre 2022

  26 novembre 2022



Kuri uyu wa 25 Munyonyo uno mwaka niho u Burundi bwifadikanya n’amakungu mu guhimbaza Umusi mpuzamakungu wahiriwe agateka k’abana. Ukaba wahimbarijwe mu ntara ya Cibitoke aho ibirori vyari vyatewe iteka n’Icegera c’Umukuru w’igihugu. Prosper Bazombaza ahamagarira abavyeyi kubungabunga no gutunganiriza ibibondo kuko ari vyo Burundi bw’ejo haza. Ido n’ido na Damas Mbonimpa yakurikiranye ivyo birori.
 



Plus de Nouvelles