NOUVELLES :
Reportage Ndava

  18 novembre 2022



Mu gihe isekeza ryo gukinga akaranda k’impene n’intama rikibandanya, ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo uburimyi n’ubworozi buhamagarira aborozi gukingiza ibitungwa vyabo. Akamo katewe na Niragira Sanctus aramutswa ubwo bushikiranganji igihe yatanguza icese iryo sekeza kuri uyu wa 14 Munyonyo ku mutumba na zone Ndava komine Buganda intara ya Cibitoke. Ni mu gihe kandi hitezwe gucandagwa mu gihugu cose impene n’intama zirenga imiliyoni zitatu nayo mu ntara ya Cibitoke hakaba hitezwe ibitungwa bito bito birenga ibihumbi 130.  

Ido n’ido na Nadia NAHIGEJEJE



Plus de Nouvelles