Urutonde rw’imigambi

IMIGAMBI YARANGUWE NA CIBITOKE DIASPORA NETWORK (CDN) KUVA 2018-2022:
 
IMIGAMBI CANKE IVYARANGUWE RYARI AHO VYARANGURIWE
(Intara ya Cibitoke)
ABO VYAGENEWE
1/ Imfashanyo yahawe abacikacumu bo ku Ruhagarika Rusama 2018 Komine Buganda Imiryango y’abacikacumu bo ku Ruhagarika
2/ Kwugurura icese insamirizi « Radiyo CDN ijwi rya cibitoke » Ruheshi 2019 Komine Rugombo Abenegihug ba Cibitoke hamwe n’abarundi bose
3/ Imfashanyo ku miryango yahuye n’umwuzurira i Nyempundu Myandagaro 2020 Nyampundu - Commune Mugina Les rescapés de commune Mugina
4/ Kwitabira politike yaleta yo kurwanya ubukene
- Kuronswa itongo
- Ibikorwa vyo gutunganya umurima
- Gutanga akazi ku barimyi
A/ Novembre 2020 - Juillet 2021
B/ Août - Mai 2022
Komine Mabayi La population de Mabayi en particulier et toute la province en général
5/ Gushigikira abanyeshure mu mashure matomato mu kubaronsa intebe Ruhuhuma 2021 Komine Murwi na Mugina Les élèves de Murwi et de Mugina
6/ Inauguration officielle de Radio CDN Ijwi rya Cibitoke 23 Juillet 2021 Komine Rugombo La province de Cibitoke et tout le Burundi